-
Nehemiya 4:2Bibiliya y’isi nshasha
-
-
2 Maze atangura kuvugira imbere ya bene wabo+ n’inteko za gisirikare za Samariya, egome, atangura kuvuga ati: “Aba Bayuda ba goyigoyi bariko bakora iki? Mbega bazovyishoboza? Bazoshikana ibimazi+? Bazorangiza ku musi umwe? Bazonagura ayo mabuye bayakuye mu birundo vy’ibicafu vyuzuye umukungugu+ kandi yarahiye?”
-