1 Ngoma 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuri uwo musi ni ho rero Dawidi yatanga intererano+ ari bwo bwa mbere kugira akengurukire+ Yehova biciye kuri Asafu+ no kuri bene wabo: Zaburi 28:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova ni we nkomezi zanje+ n’inkinzo yanje+.Ni we umutima wanje wizigiye+,Kandi naratabawe, ku buryo umutima wanje wigina+,Kandi nzomuhayisha ururirimbo rwanje+. Zaburi 69:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nzoshemeza izina ry’Imana n’ururirimbo+,Kandi nzoyininaharisha ugukenguruka+. Yesaya 35:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi abacunguwe na Yehova bazogaruka+ baze koko i Siyoni n’akamo k’umunezero+; kandi umunezero wo gushika igihe kitagira urugero uzoba ku mutwe wabo+. Bazoshikira umwigino n’umunezero, kandi intuntu n’ukuniha bizohunga+.
7 Kuri uwo musi ni ho rero Dawidi yatanga intererano+ ari bwo bwa mbere kugira akengurukire+ Yehova biciye kuri Asafu+ no kuri bene wabo: Zaburi 28:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova ni we nkomezi zanje+ n’inkinzo yanje+.Ni we umutima wanje wizigiye+,Kandi naratabawe, ku buryo umutima wanje wigina+,Kandi nzomuhayisha ururirimbo rwanje+. Zaburi 69:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nzoshemeza izina ry’Imana n’ururirimbo+,Kandi nzoyininaharisha ugukenguruka+. Yesaya 35:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi abacunguwe na Yehova bazogaruka+ baze koko i Siyoni n’akamo k’umunezero+; kandi umunezero wo gushika igihe kitagira urugero uzoba ku mutwe wabo+. Bazoshikira umwigino n’umunezero, kandi intuntu n’ukuniha bizohunga+.
7 Yehova ni we nkomezi zanje+ n’inkinzo yanje+.Ni we umutima wanje wizigiye+,Kandi naratabawe, ku buryo umutima wanje wigina+,Kandi nzomuhayisha ururirimbo rwanje+.
10 Kandi abacunguwe na Yehova bazogaruka+ baze koko i Siyoni n’akamo k’umunezero+; kandi umunezero wo gushika igihe kitagira urugero uzoba ku mutwe wabo+. Bazoshikira umwigino n’umunezero, kandi intuntu n’ukuniha bizohunga+.