2 Samweli 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko Dawidi atangura kubwira Yehova amajambo y’uru ruririmbo+, ku musi Yehova yamurokora akamukura mu kiganza c’abansi+ biwe bose no mu kiganza ca Sauli+; 2 Samweli 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Aya ni yo majambo ya nyuma ya Dawidi+:“Ijambo rya Dawidi mwene Yese+,Ijambo ry’umuntu w’umugabo yashizwe hejuru+,Uwo Imana ya Yakobo yarobanuje amavuta+,Akaba n’uwuhimbaye w’uduhibongozo+ twa Isirayeli. 1 Ngoma 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze ashira imbere y’isandugu ya Yehova bamwe mu Balewi+ ngo babe abasuku+, kugira ngo bibutse+ abantu no kugira ngo bakengurukire+ bongere bashemeze+ Yehova Imana ya Isirayeli: 2 Abakorinto 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kuko ubusuku bw’ico gikorwa gikorerwa abantu atari gusa kuronsa cane aberanda ivyo bakeneye+, mugabo ni n’ukuba abatunzi mu gukengurukira Imana kwinshi.
22 Nuko Dawidi atangura kubwira Yehova amajambo y’uru ruririmbo+, ku musi Yehova yamurokora akamukura mu kiganza c’abansi+ biwe bose no mu kiganza ca Sauli+;
23 Aya ni yo majambo ya nyuma ya Dawidi+:“Ijambo rya Dawidi mwene Yese+,Ijambo ry’umuntu w’umugabo yashizwe hejuru+,Uwo Imana ya Yakobo yarobanuje amavuta+,Akaba n’uwuhimbaye w’uduhibongozo+ twa Isirayeli.
4 Maze ashira imbere y’isandugu ya Yehova bamwe mu Balewi+ ngo babe abasuku+, kugira ngo bibutse+ abantu no kugira ngo bakengurukire+ bongere bashemeze+ Yehova Imana ya Isirayeli:
12 kuko ubusuku bw’ico gikorwa gikorerwa abantu atari gusa kuronsa cane aberanda ivyo bakeneye+, mugabo ni n’ukuba abatunzi mu gukengurukira Imana kwinshi.