ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 15:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ego ni ko, barahimbawe no kubigira, yamara bari babafitiye umwenda; kuko nimba amahanga yararonse ku bintu vy’impwemu vyabo+, na yo nyene abwirizwa kubakorera ku mugaragaro akoresheje ibintu bifasha umubiri w’inyama+.

  • 2 Abakorinto 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 ahubwo nshaka yuko biciye ku kunganya, umusesekara wanyu ubu wokwuzuriza ugukehanirwa kwabo, kugira ngo umusesekara wabo na wo uze kwuzuriza ugukehanirwa kwanyu, kugira habe ukunganya+.

  • Abagalatiya 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Vyongeye, umuntu wese ariko yigishwa+ ku munwa ijambo ry’Imana, nasangire+ ivyiza vyose n’uwutanga mwene iyo nyigisho+.

  • Abafilipi 4:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ariko ndakwije muri vyose, nkagira n’umurengera. Ubu ndakwije, ko mpawe na Epafurodito+ ivyo mwarungitse bwa kamoto keza+, ikimazi cemerwa+, gihimbara Imana rwose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika