1 Abakorinto 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nimba twabivye ibintu vy’impwemu+ muri mwebwe, coba ari ikintu gikomeye dushwabuye ibintu vy’umubiri muri mwebwe+? 1 Abakorinto 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Muri ubwo buryo nyene, Umukama yategetse+ ko abatangaza inkuru nziza babaho biciye ku nkuru nziza+. Abagalatiya 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, umuntu wese ariko yigishwa+ ku munwa ijambo ry’Imana, nasangire+ ivyiza vyose n’uwutanga mwene iyo nyigisho+. Abaheburayo 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Vyongeye, ntimwibagire gukora iciza+ be no gusangira ibintu n’abandi, kuko mwene ivyo bimazi ari vyo bihimbara Imana rwose+.
11 Nimba twabivye ibintu vy’impwemu+ muri mwebwe, coba ari ikintu gikomeye dushwabuye ibintu vy’umubiri muri mwebwe+?
14 Muri ubwo buryo nyene, Umukama yategetse+ ko abatangaza inkuru nziza babaho biciye ku nkuru nziza+.
6 Vyongeye, umuntu wese ariko yigishwa+ ku munwa ijambo ry’Imana, nasangire+ ivyiza vyose n’uwutanga mwene iyo nyigisho+.
16 Vyongeye, ntimwibagire gukora iciza+ be no gusangira ibintu n’abandi, kuko mwene ivyo bimazi ari vyo bihimbara Imana rwose+.