Zaburi 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ewe Yehova Mana yanje, nimba ibi narabikoze+,Nimba hariho akarenganyo na gakeyi mu biganza vyanje+, Zaburi 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Wasuzumye umutima wanje, wangenduye mw’ijoro+,Warantyoroye; uzobona yuko ata mugambi mubi nateguye+.Akanwa kanje ntikazogabitanya+.
3 Ewe Yehova Mana yanje, nimba ibi narabikoze+,Nimba hariho akarenganyo na gakeyi mu biganza vyanje+, Zaburi 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Wasuzumye umutima wanje, wangenduye mw’ijoro+,Warantyoroye; uzobona yuko ata mugambi mubi nateguye+.Akanwa kanje ntikazogabitanya+.
3 Wasuzumye umutima wanje, wangenduye mw’ijoro+,Warantyoroye; uzobona yuko ata mugambi mubi nateguye+.Akanwa kanje ntikazogabitanya+.