Itanguriro 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Imana yita umuco Umurango+, mugabo umwiza iwita Ijoro+. Nuko haba umugoroba, haba n’igitondo: uwo ni umusi wa mbere. Itanguriro 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Imana yongera kuvuga iti: “Nihabeho ibitangamuco mu kirere c’amajuru kugira bitandukanye umurango n’ijoro+; bizoba ibimenyetso bibe n’ivyo kwerekana ibiringo n’imisi n’imyaka+. Itanguriro 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko imisi yose isi izobandanya kubaho, ibiba ry’imbuto n’iyimbura, imbeho n’ubushuhe, ici n’urushana, umurango n’ijoro, bitazokwigera bireka kubaho+.” Zaburi 136:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ukwezi n’inyenyeri ngo biganzire hamwe mw’ijoro+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;
5 Imana yita umuco Umurango+, mugabo umwiza iwita Ijoro+. Nuko haba umugoroba, haba n’igitondo: uwo ni umusi wa mbere.
14 Imana yongera kuvuga iti: “Nihabeho ibitangamuco mu kirere c’amajuru kugira bitandukanye umurango n’ijoro+; bizoba ibimenyetso bibe n’ivyo kwerekana ibiringo n’imisi n’imyaka+.
22 Kuko imisi yose isi izobandanya kubaho, ibiba ry’imbuto n’iyimbura, imbeho n’ubushuhe, ici n’urushana, umurango n’ijoro, bitazokwigera bireka kubaho+.”
9 Ukwezi n’inyenyeri ngo biganzire hamwe mw’ijoro+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;