Zaburi 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Akanwa kiwe kuzuye indahiro n’ubuhendanyi n’agahahazo+.Munsi y’ururimi rwiwe hari icago n’ibintu bibabaza+. Zaburi 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Baguma babwirana ivy’ububeshi+;Baguma bavugisha akanwa gasosa+, n’imitima ibiri+. Zaburi 109:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko akanwa k’umubisha n’akanwa k’ubuhendanyi twasamye ngo tundotse+.Bamvuze bakoresheje ururimi rw’ikinyoma+;
7 Akanwa kiwe kuzuye indahiro n’ubuhendanyi n’agahahazo+.Munsi y’ururimi rwiwe hari icago n’ibintu bibabaza+.
2 Kuko akanwa k’umubisha n’akanwa k’ubuhendanyi twasamye ngo tundotse+.Bamvuze bakoresheje ururimi rw’ikinyoma+;