Yosuwa 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abwira abo bagabo ati: “Emwe, ndazi yuko Yehova atazobura kubaha iki gihugu+, be n’uko twacitse ivutu kubera mwebwe+, kandi ko ababa mu gihugu bose badendebutse kubera mwebwe+. Nehemiya 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze mvuga nti: “Ewe Yehova Mana y’amajuru, Mana ihambaye kandi iteye ubwoba+, igumya isezerano+ ku bayikunda+ kandi bakagumya amabwirizwa yayo+ ikongera ikabagirira ubuntu bwuzuye urukundo,
9 Abwira abo bagabo ati: “Emwe, ndazi yuko Yehova atazobura kubaha iki gihugu+, be n’uko twacitse ivutu kubera mwebwe+, kandi ko ababa mu gihugu bose badendebutse kubera mwebwe+.
5 Maze mvuga nti: “Ewe Yehova Mana y’amajuru, Mana ihambaye kandi iteye ubwoba+, igumya isezerano+ ku bayikunda+ kandi bakagumya amabwirizwa yayo+ ikongera ikabagirira ubuntu bwuzuye urukundo,