Zaburi 107:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yoo! abantu nibakengurukire Yehova kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+No kubera ibikorwa vyiwe vy’agatangaza akorera abana b’abantu+! Ivyakozwe 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Aho bavyumviye, bashira amajwi yabo hejuru babwira Imana bahuje inama+, bati: “Mukama Segaba+, ni wewe wakoze ijuru n’isi n’ikiyaga n’ibintu vyose biri muri vyo+,
21 Yoo! abantu nibakengurukire Yehova kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+No kubera ibikorwa vyiwe vy’agatangaza akorera abana b’abantu+!
24 Aho bavyumviye, bashira amajwi yabo hejuru babwira Imana bahuje inama+, bati: “Mukama Segaba+, ni wewe wakoze ijuru n’isi n’ikiyaga n’ibintu vyose biri muri vyo+,