ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 1:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Mugabo ntimwashaka kuduga+, muca mutangura kugarariza itegeko rya Yehova Imana yanyu+.

  • 1 Samweli 12:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nimwatinya Yehova+, mukamukorera+ koko kandi mukagamburuka ijwi ryiwe+, ntimugararize+ itegeko rya Yehova, mwebwe n’umwami azobaganza rero muzoba abantu bakurikira Yehova Imana yanyu.

  • Zaburi 111:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Ibikorwa vy’amaboko yiwe ni ukuri be n’ubutungane+;

      נ [Nuni]

      Amateka atanga yose ni ayo kwizigirwa+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika