1 Samweli 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Itara ry’Imana ntiryari bwazime, kandi Samweli yari aryamye mu rusengero+ rwa Yehova, aho isandugu y’Imana yari. 1 Ngoma 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Gutyo binjiza isandugu y’Imana y’ukuri+, bayishira mw’ihema Dawidi yari yarayishingiye+; maze batangura gushikiriza imbere y’Imana y’ukuri amashikanwa aturirwa n’ibimazi vy’ugusangira+. Zaburi 84:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko umusi umwe mu bigo vyawe uruta imisi igihumbi ahandi+.Nahisemwo guhagarara ku rwinjiriro mu nzu y’Imana yanje+Aho kugendagenda mu mahema y’ububisha+.
3 Itara ry’Imana ntiryari bwazime, kandi Samweli yari aryamye mu rusengero+ rwa Yehova, aho isandugu y’Imana yari.
16 Gutyo binjiza isandugu y’Imana y’ukuri+, bayishira mw’ihema Dawidi yari yarayishingiye+; maze batangura gushikiriza imbere y’Imana y’ukuri amashikanwa aturirwa n’ibimazi vy’ugusangira+.
10 Kuko umusi umwe mu bigo vyawe uruta imisi igihumbi ahandi+.Nahisemwo guhagarara ku rwinjiriro mu nzu y’Imana yanje+Aho kugendagenda mu mahema y’ububisha+.