1 Samweli 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Dawidi yama akorana ukwigengesera+ mu nzira ziwe zose, kandi Yehova yari kumwe na we+. Zaburi 27:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nyigisha inzira yawe, Yehova we+,Unyobore mu munyuro w’ukugororoka, kubera abansi banje. Zaburi 59:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ya Mana ingirira ubuntu bwuzuye urukundo, izonsanganira+;Imana ubwayo izotuma nitegereza abansi banje+.
10 Ya Mana ingirira ubuntu bwuzuye urukundo, izonsanganira+;Imana ubwayo izotuma nitegereza abansi banje+.