Zaburi 27:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko azonyegeza mu bwikingo bwiwe ku musi w’ivyago+;Azompisha ahihishije h’ihema ryiwe+;Azonshira hejuru ku gitandara+. Zaburi 32:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uri ubwihisho bwanje; uzonzigama unkize amarushwa+.Uzonkikuza akamo k’umunezero, ako umuntu yiha iyo arokowe+. Sela. Ivyakozwe 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Nimwigaye+ rero, muhindukire+ kugira ngo ibicumuro vyanyu bihanagurwe+, ngo ibiringo vy’ukuruhurirwa+ bibone kuza bivuye imbere ya Yehova
5 Kuko azonyegeza mu bwikingo bwiwe ku musi w’ivyago+;Azompisha ahihishije h’ihema ryiwe+;Azonshira hejuru ku gitandara+.
7 Uri ubwihisho bwanje; uzonzigama unkize amarushwa+.Uzonkikuza akamo k’umunezero, ako umuntu yiha iyo arokowe+. Sela.
19 “Nimwigaye+ rero, muhindukire+ kugira ngo ibicumuro vyanyu bihanagurwe+, ngo ibiringo vy’ukuruhurirwa+ bibone kuza bivuye imbere ya Yehova