Zaburi 31:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uzobahisha ahihishije ho mu maso hawe+Kure y’abantu birema akagwi+.Uzobanyegeza mu rusago rwawe, kure y’ugutongana kw’indimi+. Zaburi 32:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uri ubwihisho bwanje; uzonzigama unkize amarushwa+.Uzonkikuza akamo k’umunezero, ako umuntu yiha iyo arokowe+. Sela. Zaburi 57:1 Bibiliya y’isi nshasha 57 Ngirira ubutoni, ewe Mana, ngirira ubutoni+,Kuko muri wewe ari ho mpungiye+;Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho mpungiye gushika amarushwa arenganye+. Zefaniya 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 nimurondere Yehova+, yemwe abatekereza bo kw’isi mwese+, abashize mu ngiro ingingo yiwe y’ubutungane*. Nimurondere ubugororotsi+, nimurondere ubutekereji+. Hari aho+ mwohishwa kuri wa musi w’ishavu rya Yehova+.
20 Uzobahisha ahihishije ho mu maso hawe+Kure y’abantu birema akagwi+.Uzobanyegeza mu rusago rwawe, kure y’ugutongana kw’indimi+.
7 Uri ubwihisho bwanje; uzonzigama unkize amarushwa+.Uzonkikuza akamo k’umunezero, ako umuntu yiha iyo arokowe+. Sela.
57 Ngirira ubutoni, ewe Mana, ngirira ubutoni+,Kuko muri wewe ari ho mpungiye+;Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho mpungiye gushika amarushwa arenganye+.
3 nimurondere Yehova+, yemwe abatekereza bo kw’isi mwese+, abashize mu ngiro ingingo yiwe y’ubutungane*. Nimurondere ubugororotsi+, nimurondere ubutekereji+. Hari aho+ mwohishwa kuri wa musi w’ishavu rya Yehova+.