Rusi 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yehova aguhembere ivyo ukora+, kandi Yehova Imana ya Isirayeli aguhe impembo itunganye+, uwo waje kuronderera ubuhungiro munsi y’amababa yiwe+.” Zaburi 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nunzigame nk’imbone y’ijisho+,Umpishe mu gitutu c’amababa yawe+, Zaburi 63:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko wambereye gitabara+,Kandi mu gitutu c’amababa yawe ndiha akamo k’umunezero+.
12 Yehova aguhembere ivyo ukora+, kandi Yehova Imana ya Isirayeli aguhe impembo itunganye+, uwo waje kuronderera ubuhungiro munsi y’amababa yiwe+.”