Imigani 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uzogeza ryari ga wa kinebwe kuguma wiryamiye+? Uzovyuka ryari mw’itiro ryawe+? Imigani 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ntukunde itiro, woye kuja mu bworo+. Kanura, uhage umukate+. Imigani 24:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Isinzirire itiro rikeyi, agatiro gakeyi, uzinge amaboko gatoyi wiryamire+,