Imigani 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umwana akorana ugutahura kwimbitse aregeranya mu ci; umwana akora ivy’akamaramaza asinzira ubutikoma mw’iyimbura+. Imigani 24:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Isinzirire itiro rikeyi, agatiro gakeyi, uzinge amaboko gatoyi wiryamire+,
5 Umwana akorana ugutahura kwimbitse aregeranya mu ci; umwana akora ivy’akamaramaza asinzira ubutikoma mw’iyimbura+.