2 Samweli 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umwami Dawidi ashika i Bahurimu+, maze umugabo umwe wo mu muryango w’inzu ya Sauli asohoka ng’aho, akaba yitwa Shimeyi+, mwene Gera; mu gusohoka, agenda arahamagarira akabi ku mwami+. Esiteri 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Hamani rero asohoka kuri uwo musi anezerewe+ kandi aryohewe mu mutima; mugabo Hamani akibona Morudekayi mw’irembo ry’umwami+ akabona kandi yuko atahagurutse+ be n’uko atajugumiye kubera we+, aca yuzura ubushangashirwe+ kubera Morudekayi.
5 Umwami Dawidi ashika i Bahurimu+, maze umugabo umwe wo mu muryango w’inzu ya Sauli asohoka ng’aho, akaba yitwa Shimeyi+, mwene Gera; mu gusohoka, agenda arahamagarira akabi ku mwami+.
9 Hamani rero asohoka kuri uwo musi anezerewe+ kandi aryohewe mu mutima; mugabo Hamani akibona Morudekayi mw’irembo ry’umwami+ akabona kandi yuko atahagurutse+ be n’uko atajugumiye kubera we+, aca yuzura ubushangashirwe+ kubera Morudekayi.