1 Samweli 24:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yongera kubwira Dawidi ati: “Uragororotse kundusha+, kuko wewe wangiriye iciza+, nanje nkaba nakugiriye ikibi. 1 Samweli 26:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko Sauli avuga ati: “Nacumuye+. Garuka mwananje Dawidi, kuko ntazosubira kukugirira nabi, kubera yuko ubuzima bwanje bwabaye ubw’agaciro+ mu maso yawe uyu musi. Ehe nakoze ivy’ubupfu, kandi nahuvye cane.”
17 Yongera kubwira Dawidi ati: “Uragororotse kundusha+, kuko wewe wangiriye iciza+, nanje nkaba nakugiriye ikibi.
21 Nuko Sauli avuga ati: “Nacumuye+. Garuka mwananje Dawidi, kuko ntazosubira kukugirira nabi, kubera yuko ubuzima bwanje bwabaye ubw’agaciro+ mu maso yawe uyu musi. Ehe nakoze ivy’ubupfu, kandi nahuvye cane.”