ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 9:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Amaherezo Farawo atuma guhamagara Musa na Aroni, ababwira ati: “Ubu ho nacumuye+. Yehova aragororotse+, twe n’abantu banje ni twe turi mu makosa.

  • 1 Samweli 15:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Maze Sauli abwira Samweli ati: “Nacumuye+, kuko nahonyanze itegeko rya Yehova n’amajambo yawe, kubera ko natinye abantu+, gutyo nkagamburuka ijwi ryabo.

  • 1 Samweli 24:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Yongera kubwira Dawidi ati: “Uragororotse kundusha+, kuko wewe wangiriye iciza+, nanje nkaba nakugiriye ikibi.

  • Matayo 27:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 avuga ati: “Nacumuye mu kugura amaraso y’umugororotsi+.” Na bo bati: “Bidutwaye iki? Birakuraba+!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika