ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 21:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Hanyuma mwicarike imbere yiwe abagabo babiri+, abantu b’imburakimazi+, maze bashinge intahe imwagiriza+ bati: ‘Wavumye Imana n’umwami+!’ Muheze mumusohore, mumutere amabuye kugira apfe+.”

  • Imigani 14:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Icabona cizigirwa ntikizobesha+, mugabo icabona c’ikinyoma gisuka ibinyoma gusa+.

  • Mika 7:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Amaboko yabo ari ku kibi, kugira agikore neza+; umuganwa ari n’ico asaba, uwuca urubanza abigira ku bw’impera+, kandi uwuhambaye avuga ivyo umutima wiwe uhahamiye, uwiwe bwite+; ukwo ni ko babijishira hamwe.

  • Ivyakozwe 6:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Maze bosha abagabo mu mpisho kuvuga+ bati: “Twamwumvise avuga amajambo y’amarogotano+ kuri Musa no ku Mana.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika