36 Mu nyuma Abigayili ashika aho Nabali ari, asanga ateretse inzimano mu nzu yiwe, inzimano imeze nk’iy’umwami+; umutima wa Nabali wari uryohewe, kandi yari yaborewe+ araherezako; Abigayili ntiyagira ikintu amubwira, ari gito canke kinini, gushika bukeye.