Itanguriro 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nzohezagira abaguhezagira, uwuguhamagarirako akabi nzomuvuma+, kandi imiryango yose yo ku butaka izokwihesha koko umuhezagiro biciye kuri wewe+.” Zaburi 37:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Agira impuhwe kandi agatanga ingurane bukarinda bwira+,Bigatuma uruvyaro rwiwe rwitega umuhezagiro+. Ivyakozwe 2:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Kuko umuhango+ ari uwanyu n’abana banyu be n’abari kure bose+, abo Yehova Imana yacu ashobora guhamagara bose ngo baze kuri we+.”
3 Nzohezagira abaguhezagira, uwuguhamagarirako akabi nzomuvuma+, kandi imiryango yose yo ku butaka izokwihesha koko umuhezagiro biciye kuri wewe+.”
26 Agira impuhwe kandi agatanga ingurane bukarinda bwira+,Bigatuma uruvyaro rwiwe rwitega umuhezagiro+.
39 Kuko umuhango+ ari uwanyu n’abana banyu be n’abari kure bose+, abo Yehova Imana yacu ashobora guhamagara bose ngo baze kuri we+.”