Kuvayo 22:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Niwaramuka ufashe bwa ngwati impuzu ya mugenzawe+, ubwirizwa kuyimusubiza izuba rirenze. Imigani 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umuntu ntazobura kwibonerako kubera yishinze uw’ahandi+, mugabo uwanka guhana ukuboko n’uwundi yigumira ata maganya.
15 Umuntu ntazobura kwibonerako kubera yishinze uw’ahandi+, mugabo uwanka guhana ukuboko n’uwundi yigumira ata maganya.