Gusubira mu vyagezwe 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Nta n’umwe akwiye gufata bwa ngwati urusyo rw’amaboko canke ingasiro yarwo+, kuko ubuzima ari bwo yoba afashe bwa ngwati. Yobu 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bashikura kw’ibere impfuvyi+,Kandi ico umurushwa yambaye baragitwara bwa ngwati+. Amosi 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Bigaramangira ku mpuzu zafashweko ingwati+, iruhande y’igicaniro* cose+; kandi umuvinyu w’abaciwe amande bawunywera ku nzu y’imana zabo+.’
6 “Nta n’umwe akwiye gufata bwa ngwati urusyo rw’amaboko canke ingasiro yarwo+, kuko ubuzima ari bwo yoba afashe bwa ngwati.
8 Bigaramangira ku mpuzu zafashweko ingwati+, iruhande y’igicaniro* cose+; kandi umuvinyu w’abaciwe amande bawunywera ku nzu y’imana zabo+.’