27 Barasohoka nk’uko bisanzwe, baja mu murima, basoroma inzabibu zo mu mirima yabo y’imizabibu, baziganisha amaguru maze batangura kwigina umusi mukuru+, baraheza binjira mu nzu y’imana yabo+, bararya baranywa+ maze bahamagarira akabi+ kuri Abimeleki.