ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 32:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko ku musi ukurikira bavyuka kare, batangura gushikana ibimazi biturirwa no gushikiriza ibimazi vy’ugusangira. Inyuma y’ivyo, abantu baricara ngo barye bongere banywe. Maze bava hasi ngo baryoherwe+.

  • Daniyeli 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Binywera umuvinyu, bashemeza imana z’inzahabu, n’iz’ifeza, n’iz’umujumpu, n’iz’icuma, n’iz’ibiti be n’iz’amabuye+.

  • Amosi 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Bigaramangira ku mpuzu zafashweko ingwati+, iruhande y’igicaniro* cose+; kandi umuvinyu w’abaciwe amande bawunywera ku nzu y’imana zabo+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika