Kuvayo 22:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Niwaramuka ufashe bwa ngwati impuzu ya mugenzawe+, ubwirizwa kuyimusubiza izuba rirenze. Gusubira mu vyagezwe 24:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nimba nya muntu ari mu ngorane, ntuze uje kuryama ugifise ingwati yiwe+. Ezekiyeli 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 agafata nabi umurushwa n’umworo+, akanyaga ibintu ku bwambuzi+, ntasubize icafashwe bwa ngwati+, akararamurira amaso yiwe ku bigirwamana vy’umwanda+: uwo yakoze ikintu giteye ishishi+.
12 agafata nabi umurushwa n’umworo+, akanyaga ibintu ku bwambuzi+, ntasubize icafashwe bwa ngwati+, akararamurira amaso yiwe ku bigirwamana vy’umwanda+: uwo yakoze ikintu giteye ishishi+.