Gusubira mu vyagezwe 15:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Nihagira umwe muri bene wanyu acika mworo iwawe muri kimwe mu bisagara vyawe, mu gihugu cawe Yehova Imana yawe agira aguhe, ntuze ukomantaze umutima wawe canke ngo upfumbate igipfunsi* imbere ya mwene wanyu mworo+. Yobu 31:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi nkaba nahora ndya jenyene ikimanyu canje c’umukate+,Mugabo impfuvyi* ntikiryeko Hoseya 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nayo umucuruza, mu kuboko kwiwe hari umunzane w’ubuhendanyi+; yakunze ukugunga+.
7 “Nihagira umwe muri bene wanyu acika mworo iwawe muri kimwe mu bisagara vyawe, mu gihugu cawe Yehova Imana yawe agira aguhe, ntuze ukomantaze umutima wawe canke ngo upfumbate igipfunsi* imbere ya mwene wanyu mworo+.
17 Kandi nkaba nahora ndya jenyene ikimanyu canje c’umukate+,Mugabo impfuvyi* ntikiryeko Hoseya 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nayo umucuruza, mu kuboko kwiwe hari umunzane w’ubuhendanyi+; yakunze ukugunga+.