Ezekiyeli 22:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Abanyagihugu bashishikaye umugambi w’ubugunge+, bashikura ibintu mu bwambuzi+, bafata nabi umurushwa n’umworo+, bagunga kavamahanga ata butungane+.’ Mika 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Baragowe abaja umugambi wo kugira nabi be n’abategura ibibi bari ku bitanda vyabo+! Bupfa guca bakabikora+, kuko babishoboye+.
29 Abanyagihugu bashishikaye umugambi w’ubugunge+, bashikura ibintu mu bwambuzi+, bafata nabi umurushwa n’umworo+, bagunga kavamahanga ata butungane+.’
2 “Baragowe abaja umugambi wo kugira nabi be n’abategura ibibi bari ku bitanda vyabo+! Bupfa guca bakabikora+, kuko babishoboye+.