Itanguriro 31:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ukuboko kwanje kurafise ububasha bwo kubagirira nabi+, mugabo Imana ya so yambwiye muri iri joro iti: ‘Wiyubare ntuvugane na Yakobo ineza canke inabi+.’ 1 Abami 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze Yezebeli umugore wiwe amubwira ati: “Mbega ubu ni wewe uri ku ngoma ya Isirayeli+? Haguruka, urye umukate kandi umutima wawe uryoherwe. Jewe ubwanje ndaguha umurima w’imizabibu wa Naboti Umuyezireyeli+.” Yohani 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Pilato amubwira rero ati: “Nta co umbwira+? Ntuzi yuko mfise ububasha bwo kukurekura nkagira n’ubwo kukumanika?”
29 Ukuboko kwanje kurafise ububasha bwo kubagirira nabi+, mugabo Imana ya so yambwiye muri iri joro iti: ‘Wiyubare ntuvugane na Yakobo ineza canke inabi+.’
7 Maze Yezebeli umugore wiwe amubwira ati: “Mbega ubu ni wewe uri ku ngoma ya Isirayeli+? Haguruka, urye umukate kandi umutima wawe uryoherwe. Jewe ubwanje ndaguha umurima w’imizabibu wa Naboti Umuyezireyeli+.”
10 Pilato amubwira rero ati: “Nta co umbwira+? Ntuzi yuko mfise ububasha bwo kukurekura nkagira n’ubwo kukumanika?”