Itanguriro 31:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 So yarankinye, ahindura impembo yanje incuro cumi, mugabo Imana ntiyamwemereye kungirira nabi+. Itanguriro 31:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze Imana iza kuri Labani Umusiriya+ mu ndoto mw’ijoro+, imubwira iti: “Wiyubare ntuvugane na Yakobo ineza canke inabi+.” Ivyakozwe 5:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 mugabo nimba ari ibiva ku Mana+, ntimuzoshobora kubisenyura+); ahandiho, hari aho mwosanga muriko vy’ukuri murwanya Imana+.”
24 Maze Imana iza kuri Labani Umusiriya+ mu ndoto mw’ijoro+, imubwira iti: “Wiyubare ntuvugane na Yakobo ineza canke inabi+.”
39 mugabo nimba ari ibiva ku Mana+, ntimuzoshobora kubisenyura+); ahandiho, hari aho mwosanga muriko vy’ukuri murwanya Imana+.”