Itanguriro 25:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Izahaki yari afise imyaka mirongo ine igihe yabira Rebeka umukobwa wa Betuweli+ Umusiriya+ w’i Padani-aramu, mushiki wa Labani Umusiriya, akamugira umugore. Gusubira mu vyagezwe 26:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nawe uze wishure, uvugire imbere ya Yehova Imana yawe uti: ‘Dawe yari Umusiriya+ ari ku mpfiro; maze amanuka mu Misiri+, abayo ari kavamahanga ari kumwe n’abantu b’imparurwa+; mugabo hiyo yacitse ihanga rihambaye, rikomeye kandi ry’abantu benshi+. Hoseya 12:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko Yakobo ahungira mu karere ka Siriya+, Isirayeli+ aguma akora ngo aronke umugore+, aragira intama kugira ngo aronke umugore+.
20 Izahaki yari afise imyaka mirongo ine igihe yabira Rebeka umukobwa wa Betuweli+ Umusiriya+ w’i Padani-aramu, mushiki wa Labani Umusiriya, akamugira umugore.
5 Nawe uze wishure, uvugire imbere ya Yehova Imana yawe uti: ‘Dawe yari Umusiriya+ ari ku mpfiro; maze amanuka mu Misiri+, abayo ari kavamahanga ari kumwe n’abantu b’imparurwa+; mugabo hiyo yacitse ihanga rihambaye, rikomeye kandi ry’abantu benshi+.
12 Nuko Yakobo ahungira mu karere ka Siriya+, Isirayeli+ aguma akora ngo aronke umugore+, aragira intama kugira ngo aronke umugore+.