Itanguriro 24:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Maze Labani na Betuweli barishura, bavuga bati: “Ico kintu cavuye kuri Yehova+. Ntidushoboye kukubwira inabi canke ineza+. Guharura 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ‘Naho Balaki yompa inzu yiwe yuzuye ifeza n’inzahabu, sinoshobora kurenga itegeko rya Yehova ngo ngire ico nkora, caba ciza canke kibi kivuye mu mutima wanje bwite; ico Yehova ari buvuge cose ni co nzovuga+’? Zaburi 105:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ati: “Ntimukore ku bo narobanuje amavuta+,Kandi ntihagire ikintu kibi na kimwe mugirira abahanuzi banje+.”
50 Maze Labani na Betuweli barishura, bavuga bati: “Ico kintu cavuye kuri Yehova+. Ntidushoboye kukubwira inabi canke ineza+.
13 ‘Naho Balaki yompa inzu yiwe yuzuye ifeza n’inzahabu, sinoshobora kurenga itegeko rya Yehova ngo ngire ico nkora, caba ciza canke kibi kivuye mu mutima wanje bwite; ico Yehova ari buvuge cose ni co nzovuga+’?
15 Ati: “Ntimukore ku bo narobanuje amavuta+,Kandi ntihagire ikintu kibi na kimwe mugirira abahanuzi banje+.”