Itanguriro 31:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze Imana iza kuri Labani Umusiriya+ mu ndoto mw’ijoro+, imubwira iti: “Wiyubare ntuvugane na Yakobo ineza canke inabi+.” Yesaya 46:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’; Ivyakozwe 5:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 mugabo nimba ari ibiva ku Mana+, ntimuzoshobora kubisenyura+); ahandiho, hari aho mwosanga muriko vy’ukuri murwanya Imana+.”
24 Maze Imana iza kuri Labani Umusiriya+ mu ndoto mw’ijoro+, imubwira iti: “Wiyubare ntuvugane na Yakobo ineza canke inabi+.”
10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’;
39 mugabo nimba ari ibiva ku Mana+, ntimuzoshobora kubisenyura+); ahandiho, hari aho mwosanga muriko vy’ukuri murwanya Imana+.”