1 Samweli 17:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Uwo Mufilisitiya rero abwira Dawidi ati: “Mbaye imbwa+, aho uza kuri jewe witwaje inkoni?” Nya Mufilisitiya aca ahamagarira akabi kuri Dawidi mu mazima y’imana ziwe+. 2 Samweli 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umwami Dawidi ashika i Bahurimu+, maze umugabo umwe wo mu muryango w’inzu ya Sauli asohoka ng’aho, akaba yitwa Shimeyi+, mwene Gera; mu gusohoka, agenda arahamagarira akabi ku mwami+. Zaburi 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mute umutwe, ariko ntimucumure+.Muvugire mu mutima wanyu, ku gitanda canyu+, mugume mucereje. Sela. Zaburi 39:1 Bibiliya y’isi nshasha 39 Navuze nti: “Nzorinda inzira zanje+Ngo sincumure n’ururimi rwanje+.Nzoshiraho ikirumyo kirinda umunwa wanje+,Igihe cose umubisha azoba ari imbere yanje+.”
43 Uwo Mufilisitiya rero abwira Dawidi ati: “Mbaye imbwa+, aho uza kuri jewe witwaje inkoni?” Nya Mufilisitiya aca ahamagarira akabi kuri Dawidi mu mazima y’imana ziwe+.
5 Umwami Dawidi ashika i Bahurimu+, maze umugabo umwe wo mu muryango w’inzu ya Sauli asohoka ng’aho, akaba yitwa Shimeyi+, mwene Gera; mu gusohoka, agenda arahamagarira akabi ku mwami+.
4 Mute umutwe, ariko ntimucumure+.Muvugire mu mutima wanyu, ku gitanda canyu+, mugume mucereje. Sela.
39 Navuze nti: “Nzorinda inzira zanje+Ngo sincumure n’ururimi rwanje+.Nzoshiraho ikirumyo kirinda umunwa wanje+,Igihe cose umubisha azoba ari imbere yanje+.”