ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 28:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Uwugwiza ibintu vyiwe vy’agaciro biciye ku nyungu+ no ku kuguranira kwunguka, aba avyegeranirije uwugirira ubutoni abantu batobato+.

  • Habakuki 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mbega abo bose ntibazomucako akagani+, bakamuvugako amajambo afobetse, akikiriza? Kandi bizovugwa ngo:

      “‘Aragowe uwugwiza ibitari ivyiwe+, akongereza umwenda wiwe! Mbega ivyo bizogeza ryari+?

  • 1 Timoteyo 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ariko abiyemeje kuba abatunzi bagwa mu kigeragezo+ no mu mutego no mu vyipfuzo vyinshi vy’ubupfu kandi bibagirira nabi+, bidwibiza abantu mu gatikizo no mu mahonero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika