Abalewi 25:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ntumwake inyungu canke ngo umuce amaboko+, mugabo utegerezwa gutinya Imana yawe+; kandi mwene wanyu ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe. Gusubira mu vyagezwe 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Ntuze urihishe mwene wanyu inyungu+: inyungu ku mahera, inyungu ku bifungurwa+, inyungu ku kintu ico ari co cose umuntu ashobora kwakako inyungu. Ezekiyeli 18:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yatanze kugira ngo yunguke+, yakira inyungu+; uwo ntazogenda abandanije kubaho. Yakoze ivyo bintu vyose biteye ishishi+. Ntazogenda atishwe. Amaraso yiwe azoba kuri we+.
36 Ntumwake inyungu canke ngo umuce amaboko+, mugabo utegerezwa gutinya Imana yawe+; kandi mwene wanyu ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe.
19 “Ntuze urihishe mwene wanyu inyungu+: inyungu ku mahera, inyungu ku bifungurwa+, inyungu ku kintu ico ari co cose umuntu ashobora kwakako inyungu.
13 Yatanze kugira ngo yunguke+, yakira inyungu+; uwo ntazogenda abandanije kubaho. Yakoze ivyo bintu vyose biteye ishishi+. Ntazogenda atishwe. Amaraso yiwe azoba kuri we+.