ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 20:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “‘Nihagira umuntu uwo ari we wese ahamagarira akabi kuri se na nyina+, ntaze abure kwicwa+. Se na nyina ni bo azoba ahamagariyeko akabi. Amaraso yiwe ari kuri we+.

  • Abalewi 20:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “‘Nayo umugabo canke umugore abonetsemwo impwemu y’ukuvugana n’ibiremwa vy’impwemu canke impwemu y’ukubura ibizoba+, ntibaze babure kwicwa+. Baze babatere amabuye gushika bapfe. Amaraso yabo ari kuri bo+.’”

  • Ezekiyeli 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ninabwira umubisha nti: ‘Ntuzobura gupfa+,’ nawe ukareka kumuburira vy’ukuri no kuvuga kugira ngo umuburire ave mu nzira yiwe y’ububisha, abone kuzigamirwa ubuzima+, uwo mubisha azopfira mw’ikosa ryiwe+, mugabo amaraso yiwe nzoyishuza mu kuboko kwawe+.

  • Ezekiyeli 33:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 maze uwumva akumva vy’ukuri ijwi ry’iyo nzamba mugabo ntafate nka nkama iyo mburi namba+, hanyuma inkota ikaza ikamuhitana, amaraso yiwe azoba ku mutwe wiwe+.

  • Ivyakozwe 18:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mugabo kubera yuko baguma babirwanya kandi bagatukana+, akunkumura impuzu ziwe+, ababwira ati: “Amaraso yanyu+ abe ku mitwe yanyu. Jewe ndacuna+. Kuva ubu ngiye ku banyamahanga+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika