1 Abami 2:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Umusi wasohotse ukarengana koko umwonga Kidironi+, umenye neza ko uzopfa ata kabuza+. Amaraso yawe azoja ku mutwe wawe+.” Ezekiyeli 18:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yatanze kugira ngo yunguke+, yakira inyungu+; uwo ntazogenda abandanije kubaho. Yakoze ivyo bintu vyose biteye ishishi+. Ntazogenda atishwe. Amaraso yiwe azoba kuri we+. Ezekiyeli 33:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 maze uwumva akumva vy’ukuri ijwi ry’iyo nzamba mugabo ntafate nka nkama iyo mburi namba+, hanyuma inkota ikaza ikamuhitana, amaraso yiwe azoba ku mutwe wiwe+.
37 Umusi wasohotse ukarengana koko umwonga Kidironi+, umenye neza ko uzopfa ata kabuza+. Amaraso yawe azoja ku mutwe wawe+.”
13 Yatanze kugira ngo yunguke+, yakira inyungu+; uwo ntazogenda abandanije kubaho. Yakoze ivyo bintu vyose biteye ishishi+. Ntazogenda atishwe. Amaraso yiwe azoba kuri we+.
4 maze uwumva akumva vy’ukuri ijwi ry’iyo nzamba mugabo ntafate nka nkama iyo mburi namba+, hanyuma inkota ikaza ikamuhitana, amaraso yiwe azoba ku mutwe wiwe+.