Abalewi 25:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ntumwake inyungu canke ngo umuce amaboko+, mugabo utegerezwa gutinya Imana yawe+; kandi mwene wanyu ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe. Ezekiyeli 22:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Muri wewe bakiriye igiturire kugira ngo basese amaraso+. Wakiriye inyungu+, uguranira kwunguka+, kandi mu bukazi uguma wungukira+ kuri bagenzawe ukoresheje ubugunge+, nanje ukaba waranyibagiye+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.
36 Ntumwake inyungu canke ngo umuce amaboko+, mugabo utegerezwa gutinya Imana yawe+; kandi mwene wanyu ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe.
12 Muri wewe bakiriye igiturire kugira ngo basese amaraso+. Wakiriye inyungu+, uguranira kwunguka+, kandi mu bukazi uguma wungukira+ kuri bagenzawe ukoresheje ubugunge+, nanje ukaba waranyibagiye+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.