Zaburi 89:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Imana ni iyo kwumvirwa akoba mu mugwi w’abagenzi somambike w’aberanda+;Irahambaye kandi iteye ubwoba ku bayikikuje bose+. Imigani 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse. Abaheburayo 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ku bw’ivyo, ko tubwirizwa kuronka ubwami budashobora kunyiganyizwa+, tubandanye kugira ubuntu ata wari abukwiriye, ubudushoboza gukorera Imana igikorwa ceranda mu buryo bwemerwa, dufise ugutinya Imana n’akoba+.
7 Imana ni iyo kwumvirwa akoba mu mugwi w’abagenzi somambike w’aberanda+;Irahambaye kandi iteye ubwoba ku bayikikuje bose+.
13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse.
28 Ku bw’ivyo, ko tubwirizwa kuronka ubwami budashobora kunyiganyizwa+, tubandanye kugira ubuntu ata wari abukwiriye, ubudushoboza gukorera Imana igikorwa ceranda mu buryo bwemerwa, dufise ugutinya Imana n’akoba+.