Gusubira mu vyagezwe 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Ntuze urihishe mwene wanyu inyungu+: inyungu ku mahera, inyungu ku bifungurwa+, inyungu ku kintu ico ari co cose umuntu ashobora kwakako inyungu. Yesaya 24:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi bizoba cokimwe ku bantu no ku muherezi, cokimwe ku musavyi no kuri shebuja, cokimwe ku musukukazi no kuri inabuja, cokimwe ku muguzi no ku wugurisha, cokimwe ku wugurana no ku wuguranwa, cokimwe ku wuhabwa inyungu no ku wuyitanga+.
19 “Ntuze urihishe mwene wanyu inyungu+: inyungu ku mahera, inyungu ku bifungurwa+, inyungu ku kintu ico ari co cose umuntu ashobora kwakako inyungu.
2 Kandi bizoba cokimwe ku bantu no ku muherezi, cokimwe ku musavyi no kuri shebuja, cokimwe ku musukukazi no kuri inabuja, cokimwe ku muguzi no ku wugurisha, cokimwe ku wugurana no ku wuguranwa, cokimwe ku wuhabwa inyungu no ku wuyitanga+.