ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 umugabo w’umunyenkomezi n’umurwanyi, umucamanza n’umuhanuzi+, umuraguzi n’umuhumure+,

  • Yesaya 9:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi Yehova azokuraho muri Isirayeli umutwe+ n’umurizo+, umuvyaro n’urukangaga, mu musi umwe+.

  • Ezekiyeli 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Igihe kiraje, wa musi uzoshika ata kabuza. Umuguzi ntanezerwe+; uwugurisha na we ntaje mu kigandaro, kuko hari ishavu rirurumba rirurumbira isinzi ryaho ryose.

  • Hoseya 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Uko bizogenda ku bantu ni ko bizogenda no ku muherezi+; sinzobura kugira ico ndababaza ku bijanye n’inzira zabo+; ibikorwa vyabo nzobibasubizako+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika