Gusubira mu vyagezwe 32:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’ Imigani 24:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ntuvuge ngo: “Nk’uko nyene yangiriye, ni ko ngiye kumugirira+. Nzokwishura umwe wese ibihuye n’uko akora+.” Matayo 5:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 “Mwarumvise ko vyavuzwe ngo: ‘Ijisho ku rindi n’iryinyo ku rindi+.’ Abaroma 12:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ntihagire n’umwe mwishura ikibi ku kindi+. Mukore ivyiza mu maso y’abantu bose. 1 Abatesalonika 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Murabe ntihagire uwishura uwundi ikibi ku kindi+, ahubwo mwame mukurikirana iciza ku bijanye na bagenzi banyu no ku bandi bose+. 1 Petero 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 ata kwishura ikibi ku kindi+ canke igitutsi ku kindi+, ahubwo muhezagire+, kuko mwahamagariwe iyo nzira, kugira ngo mutorane umuhezagiro.
35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’
29 Ntuvuge ngo: “Nk’uko nyene yangiriye, ni ko ngiye kumugirira+. Nzokwishura umwe wese ibihuye n’uko akora+.”
15 Murabe ntihagire uwishura uwundi ikibi ku kindi+, ahubwo mwame mukurikirana iciza ku bijanye na bagenzi banyu no ku bandi bose+.
9 ata kwishura ikibi ku kindi+ canke igitutsi ku kindi+, ahubwo muhezagire+, kuko mwahamagariwe iyo nzira, kugira ngo mutorane umuhezagiro.