Ezekiyeli 45:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ‘Mukwiye kugira umunzane utabesha, n’ingero ya efa* itabesha, n’ingero ya bati* itabesha+.