1 Samweli 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Baza imisore yawe, na yo irakubwira, kugira ngo imisore yanje igire ubutoni mu maso yawe, kuko tuje ku musi mwiza. Ndakwinginze uhe abasuku bawe n’umuhungu wawe Dawidi ico ukuboko kwawe kworonka cose+.’” Yakobo 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko uwutagira imbabazi azocirwa urubanza ata mbabazi+. Imbabazi zirihaya ku rubanza zigina intsinzi.
8 Baza imisore yawe, na yo irakubwira, kugira ngo imisore yanje igire ubutoni mu maso yawe, kuko tuje ku musi mwiza. Ndakwinginze uhe abasuku bawe n’umuhungu wawe Dawidi ico ukuboko kwawe kworonka cose+.’”
13 Kuko uwutagira imbabazi azocirwa urubanza ata mbabazi+. Imbabazi zirihaya ku rubanza zigina intsinzi.