Imigani 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuhe umuntu w’inkerebutsi, na we azorushiriza kuba inkerebutsi+. Nuronse ubumenyi umugororotsi, na we azorushiriza kwiga amenye. Umusiguzi 7:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Jewe narahindukiye, mbere n’umutima wanje ugira kuno+, kugira ngo menye, ngendure kandi ndondere ubukerebutsi+ be n’imvo y’ibintu+, no kugira ngo menye ivyerekeye ububisha bw’ubujuju be n’ubupfu bw’ubusazi+;
9 Nuhe umuntu w’inkerebutsi, na we azorushiriza kuba inkerebutsi+. Nuronse ubumenyi umugororotsi, na we azorushiriza kwiga amenye.
25 Jewe narahindukiye, mbere n’umutima wanje ugira kuno+, kugira ngo menye, ngendure kandi ndondere ubukerebutsi+ be n’imvo y’ibintu+, no kugira ngo menye ivyerekeye ububisha bw’ubujuju be n’ubupfu bw’ubusazi+;