-
Luka 14:12Bibiliya y’isi nshasha
-
-
12 Hanyuma abwira n’uwari yamutumiye ati: “Iyo uteretse imfungurwa zo ku mutaga canke imfungurwa zo ku mugoroba, ntuhamagare abagenzi bawe canke bene wanyu canke incuti zawe canke ababanyi batunze. Kumbure hogira igihe na bo nyene bagutumira, kukaba ari ukukwishura.
-